Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsindirimbo zaba baririnvyi zikomejwe gukundwa cane '' Unviriza ururirimbo rwabo rushasha !

indirimbo zaba baririnvyi zikomejwe gukundwa cane ” Unviriza ururirimbo rwabo rushasha !

Uru n’ururirimbo rushasha rwabaririnvyi rurangiranwa baba hano muri Leta zunze ubumwe za America ( DFW, Texas ) Methuselah Nzisabira hamwe na Young Dee.

meth

Ino ndirimbo yahawe izina rya ( Guma Mumasezerano ) iraryoshe cane kandi ikomeje guhezagira abantu benshi mumitima ” Yunvirize nawe hano musi.
Guma mumasezerano By Meth Ft David & Eze

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments