Indege yiswe GASAP 720 niyo yakorewe ngaho muntara ya GITEGA amakuru ava ngaho muntara ya GITEGA ngo siyo gusa ahubwo ngo hoba hadutse n’iyindi ndege ikomeye igira kabiri iyo nayo ikaba iriko irakorwa n’umurwi urongowe na GASONGO
Nkuko bivugwa na GASAP nyakubahwa asanzwe arongoye iradio ikomeye ariyo Radio Humuriza Fm arerekana umunezero ntangere kuba indege igira kabiri iriko irakorwa akagira ati”Gitega mji wa wajanja. Raba iyindi ndege iriko irakorwa nuwundi murwi urongowe n’uwitwa Gasongo. Kandi basha, bose batangurwa na G.
Raba: Iradio: Gasape
Indege ya mbere : Gustave
Indege ya kabiri: Gasongo”
Abajejwe ivy’indege ngaha mugihugu c’Uburundi bakagira bati abo bantu bafise ingabirano nkizo bakwiye gufashwa kugira ngo urwo ruganda rubandanye gukomera kandi babandanye no gukora izindi.
Sources : Kumwanya
Recent Comments