UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Inama yo kwihweza abazokwinjira mu matora y’umukuru wigihugu, ivyavuyemwo vyose biri ngaha !

UBM News ads

agathon rwasa

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard NDUWIMANA arashima ko ijambo acteur politique ryahora ritera impari ryatorewe umuti mu nama yahuje kuruno wakane abanyeporitike i GITEGA, inama yari iyo kurabira hamwe ubugira gatatu, ikurikizwa ry’amasezerano bateyeko igikumu mu KAYANZA.

eduard

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard NDIKUMANA akavuga ko abo bitwa aba acteurs politiques kugira ngo baje mu matora bobanza gushinga imigambwe, bakaja m’urunani rw’imigambwe canke bakagenda nkabigenga mugihe c’amatora.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments