Inama Nshingamasteka y’Uburundi « yiyamirije » igisabo carungikiwe Umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre Nkurunziza co guha ikigongwe c’agateganyo kuri « bamwe bamwe mu bakurikiranwa n’Ubutungane bivanye n’ibikorwa vyabo » bakoze mw’igeragezwa ryo gutembagaza Ubutegetsi muri Rusama 2015, niko Pascal nyabenda, umukuru w’Inama Nshingamateka y’Uburundi , yatangajje ejo ku musi wa gatanu itariki 28/04/2017.
Kuw 13 Rusama 2015, igihe Umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza yari i Dar Es Salaam muri Tanzania mu nama y’Abakuru b’Ibihugu vya Afrika y’Ubuseruko, hari umugwi w’abasirikare b’aba generaux bo mugisoda c’igihugu hamwe no mu Gipolisi bateguye igeragezwa ryo gutemabagaza ubutegetsi, umugambi waciye uburizwamwo haheze imisi ibiri inyuma yaho.
Pacal nyabenda amenyesha ati : « Nivyukuri, ku vyerekeye Ibiganiro bihuza Abarundi, Inama Nshingamateka irasubiyemwo ko ishigikiye ubuhuza bw’Ibihugu vya Afrika y’Ubuseruko . Twisunze itegeko 2248 ryo mu Nama y’Umutekano ya ONU , ivyo biganiro biraba gusa abashaka amahoro ».
Kuwa 27 Ruhuhuma 2017, Uwahoze ari Umukuru w’igihugu ca Tanzania, Benjamin Mkapa akongera akaba ari umuhuza mu biganiro bihuza Abarundi bishigikiwe na EAC, yarandikiye Umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza kugira amusabe « guha ikigongwe c’agateganyo » ku bantu bakurikiranwa n’Ubutungane kuruhara bagize mw’igeragezwa ryo gutembagaza ubutegetsi muri Rusama 2015.

Kubwa Benjamin Mkapa, Uguhabwa ikigongwa c’agateganyo ku bashatse gutembagaza ubutegetsi vyofashije mu kunyarutsa ibiganiro bihuza abarundi vyitezwe guhera mu mpera za Ruheshi 2017 twimirije.
Ariko muri Ntwarante 2017, umukuru w’igihugu yaravuze ko’ ata ruhusha afise rwo guha ikigongwe abantu bakurikiranwa n’Ubutungane’.
Pascal Nyabenda abandanya amenyesha ko ico kigongwe coba kije mu buryo butaranga ubutungane kuko bamwe bamwe mu bagerageje gutembagaza ubutegetsi bamaze gucirwa urubanza n’ubutungane kandi bakaba bariko bakora ibihano vyabo.
Kubwa Nyabenda, icoba ciza nuko abacidegemvya bari hanze mubagize uruhara mwuwo mugambi, bakwiye gutahukanwa mu Burundi hama bagacirwa imanza n’ubutungane kugira abandi ntibazosubire kugerageza gushikira ubutegetsi bakoresheje inguvu. « Uwo mugenzo waraciyemwo kubiri wongera urahekura igihugu c’Uburundi incuro zitari zike kuva Uburundi bwikukiye mu 1962 », niko Nyabenda amenyesha.
Taxi moto line
128 Rue la Boétie
75008 Paris
+33 6 51 612 712
Taxi moto paris
Excellent blog here! Also your web site loads up
very fast! What web host are you using? Can I get your affiliate link
to your host? I wish my web site loaded up as fast as yours lol
Independance Immobilière – Agence Dakar Sénégal
Av. Fadiga, Immeuble Lahad Mbacké
BP 2975 Dakar
+221 33 823 39 30
Agence Immobilière Dakar
I have been browsing online more than three hours today,
yet I never found any interesting article like yours.
It is pretty worth enough for me. In my view, if all website owners and bloggers made good content as you did, the net
will be a lot more useful than ever before.
M.E.C Mon Electricien Catalan
44 Rue Henry de Turenne
66100 Perpignan
0651212596
Electricien Perpignan
If you desire to grow your know-how only keep visiting this site
and be updated with the most up-to-date information posted here.
Willie G youllied
Greetings! I’ve been following your blog for a while now and finally got the bravery
to go ahead and give you a shout out from Houston Texas!
Just wanted to tell you keep up the great work!
I think that what you typed made a bunch of sense. But,
what about this? suppose you typed a catchier post title?
I ain’t suggesting your information isn’t good., but
what if you added a headline that makes people want more?
I mean Inama Nshingamateka Y’Uburundi ‘Yanse’ Ko
Abashatse Gutembagaza Ubutegetsi Bahabwa Ikigongwe C’Agateganyo – UBM News |United Burundian Media| Amakuru agezweho
y'abarundi is a little vanilla. You ought to glance at Yahoo’s home page and
see how they create article headlines to get people
to click. You might add a video or a related pic or two to get people excited about everything’ve written. In my opinion, it might bring your posts a little livelier.
My relatives all the time say that I am wasting my time here
at net, but I know I am getting experience everyday by reading such nice articles
or reviews.
Yesterday, while I was at work, my cousin stole my apple ipad and tested to see if it can survive a 30 foot drop, just so she can be a youtube sensation. My iPad is now destroyed and
she has 83 views. I know this is totally off topic but
I had to share it with someone!
Hello are using WordPress for your blog platform? I’m new
to the blog world but I’m trying to get started and create my own. Do you need any html coding expertise to make your own blog?
Any help would be really appreciated!
Greetings! Very helpful advice in this particular article!
It is the little changes that will make the biggest changes.
Thanks for sharing!
Hey there! I could have sworn I’ve been to this website before but
after checking through some of the post I realized it’s new to me.
Anyhow, I’m definitely happy I found it and I’ll be bookmarking and checking back frequently!
Hmm it looks like your blog ate my first comment (it was extremely long) so I guess I’ll just sum it up what I submitted and say, I’m thoroughly
enjoying your blog. I too am an aspiring blog blogger
but I’m still new to everything. Do you have any helpful hints for first-time
blog writers? I’d definitely appreciate it.
What i do not realize is in fact how you’re no longer really much more smartly-liked than you may
be right now. You’re very intelligent. You know thus
considerably in terms of this subject, produced me in my view consider
it from numerous varied angles. Its like men and women don’t seem to
be interested until it is one thing to accomplish with Lady
gaga! Your own stuffs outstanding. At all times deal with
it up!
Hey I know this is off topic but I was wondering if you knew of any widgets I
could add to my blog that automatically tweet my newest
twitter updates. I’ve been looking for a plug-in like this for quite some time and was
hoping maybe you would have some experience with something like this.
Please let me know if you run into anything. I truly enjoy reading your blog and
I look forward to your new updates.
Have you ever thought about writing an ebook or guest authoring
on other sites? I have a blog centered on the same topics you discuss and would really like to have you
share some stories/information. I know my audience would
enjoy your work. If you’re even remotely interested, feel free to shoot me an email.