Abaririmvyi batandukanye b’abarundi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America , bimirije gukora igiteramo kizoba kidasanzwe ndetse uravye n’ukuntu bariko baracitegurira biraboneka neza ko abantu bazohashika uwo musi ko bazotaha banezerewe.
ico giteramo cahawe izina rya ” East Africa Unit Concert ” kizobera hano mu gisagara ca (Dallas, Texas ) kwigenekerezo rya 27 December muruno mwaka nyene turimwo wi 2014 aho kubijanye n’uburyo bwo kwinjira ngo azoba ari ama Dollar ( $20 ) yonyene gusa hanyuma naho kugirango wicare mu mwanya ukomeye witeka ( VIP ) akaba azoba ari n’ama Dollar ($30)
Recent Comments