Imyaka icenda irarumanye Soso-k yitavye Imana

0

Soso- k ararumanije imyaka igera ku cenda yitavye Imana,akaba yitavyue Imana kw’igenekerezo rya 26/11/2006 mri zone ya bwiza.
Umuririmvyi soso-k akaba yari umuririmvyi akomeye cane hano mu gihugu c’uburundi,akaba yari umwe mu baririmvyi bakora uko bashoboye kwose kugira umuziki w’uburundi utere imbere,umenyekane mu makungu.
soso-k
Kuri uno munsi rero abaririmvyi,abakunzi b’umuziki w’uburundi,abamenyeshamakuru bajejwe guteza umuziki w’uburundi imbere bakaba bagiye hamwe kugira bibuke uyo muririmvyi atazopfa yibagiranywe mu muziki ndundi.
soso
Twobamenyesha ko Soso-k yari umuririmvyi yari arongoye umugwi ?G.