IMYAKA 2 IRARUMANYE PIERROT KWIZERA NA ASHLEY DIVA BARI MU RUKUNDO.

0

Imyaka 2 irarumanye umukinyi w’umupira w’amaguru Pierrot Kwizera n’umuririmvyikazi Ashley Diva bari mu rukundo nkuko Ashley yashoboye kuvyiganira ikinyamakuu canyu ubmnews.com mu kiganiro twagiranye nawe tumusanze aho asanzwea muri Zone Rohero,comune Mukaza.
ashley diva na pierrot
Ashley Diva akaba yaranatumenyesheje ingene vyagenze kugira ngo ahure na Pierrot naho bahuriye,Ashley ati je na pierrot twahuriye muri kenya hama bitangura bukebuke gushika aho twumvana co kimwe hama tuja mu rukundo.
ashley
Twobamenyeshako Ashley na Pierrot kwizera ari barumanije imyaka 2 bakundana.