Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsImpanvu ikomeye yatumye ama Radio 4 yo mu Burundi atazovuza ikiganiro ca...

Impanvu ikomeye yatumye ama Radio 4 yo mu Burundi atazovuza ikiganiro ca Leta yamenyekanye, soma hano umenye ukuri kwavyo

Amaradiyo 4 Bonesha Fm, RPA, Isanganiro na Radio Television Renaissance n’ikinyamakuru Iwacu vyanse kuzovuza ikiganiro catunganijwe na Reta kuruyu wa gatanu I Gitega .

amaradio

Ivyo bimenyeshamakuru vyasiguye ko bishatse kwerekana ababaro bifise kuko ubutungane bwanse kurekura vyagateganyo umutama Petero claver Mbonimpa atwara APRODH afunzwe, murikino gihe ari mubitalo aremvye kubera ingwara ya diabete. Ayo maradio yavuze ko adashobora gushigikira reta kandi iriko irahonyanga agateka ka zinamuntu.

Ico kiganiro cahora gica kumaradio yose ari murunani, reta igatuma abavugizi bose hari n’abavugira umukuru w’igihugu gushikiriza ivyoyaranguye mumezi atatu aba aheze

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments