Impamvu abashingamateka ba UPRONA bashaka gukurwa

0

Hoba hari ukutavuga rumwe hagati y’abavukanyi bari mu mugambwe UPRONA wigabuyemwo kabiri kuko hari abemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu hamwe n’abatemewe nayo.

Gaston-Sindimwo1

Umugambi wo gusubiriza abashingamateka badashigikiye Concilie NIbigira ngo woba uriko urategurwa nkuko vyemezwa n’umuvugizi w’uruhande rwemerwa na Bujumbura, ngo ivyo bikaba bivuye ku bibazo  abari mu myiyamamazo bahura navyo kubera abari mu runani Amizero y’abarundi(Uruhande rutemewe na Nduwimana).

Ariko karori nditije atwara abasanzwe batemerwa n’intwaro yo hagati mu gihugu, amenyesha ko uwo mugambi wo kubasubiriza ugamije kuronka ibitigiri bikwiye mu nama nshingamateka yo bafasha gusubiriza bamwe babiri batanga imihoho muri Ceni.ariko kubwiwe akabpna bitazokworoha kubera inzira bicamwo ari ndende.