Imiriyoni indwi nizo zatwaye ireresi UMUTWE W’INKUBA.

0

Amafaranga angana imiriyoni indwi z’amarundi niyo yakoreshwejwe mw’irteresi UMUTWE W’INKUBA,ireresi igiye kuja ahabona kuva kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 26/9/2015 nkuko club WUSHU bujumbura yaraye ibimenyesheje mu kiganioro bahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru kuri CEBULAK.
aaaaaaaaaaaaaa
WUSHU bujumbura ati:<>.Ayo niyo majambo bashoboye gushikiriza.
aaaaaaaaaaaaaaaaaa1
TWobamenyesha ko iyo reresi izoja ahabona kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 26/9/2015 kuri palais des arts,kwinjira akazoba ari amafaranga ibihumbi bitatu(3000).