IKIZIGA caraye gitowe mu ruzi rwa Nyabagera hagati ya Ngangara na Cibitoke.

0

Mw’ijoro ryo kuruyu wa mbere ushira uwa kabiri haratowe IKIZIGA c’umuntu mu ruzi rwa Nyabagera hagati ya Ngangara na Cibitoke nkuko amakuru dukesha bagenzi bacu bakorera i Radio Ijwi ry’Amérika abivuga.

umuntu yishwe

Ayo makuru akavugako uyo muntu yaraye yishwe bibonekako yishwe amaze gusinzikarizwa ubuzima .

Mwomenyako atandwi yari Bwarangire aho nyene mu ruzi rwa Nyabagera hatowe ikiziga c’umuntu.