Thursday, October 6, 2022
HomeNewsIgitero mu Rwanda catumye abajejwe umutekano bahunga.

Igitero mu Rwanda catumye abajejwe umutekano bahunga.

Umurwi urwana w’Abanyarwanda wiyemeje gukuraho intwaro ya Kagame waraye wiyemereye ko wakoze igitero simusiga mw’ishamba rya Nyungwe aho abasirikare bajejwe umutekanpoo b’Urwanda bahunze.

Mw’itagazo ryashizwe ahabona na Sankara atwara umurwi Front national pour la liberation yamenyesheje ko ‘bigaruriye uturere tumwe tumwe aho mu gihugu c’Urwanda kuva ku musi wa gatatnu w’indwi iheze’.

Mw’itanagazo uwo muhari washize ahabona, ukamenyesha ko wiyemeje kuzokoresha inguvu za gisirikare kugira zikureho intwaro ya Paul Kagame hamwe nabo bari kumwe.

Igihugu c’Urwanda cahora cagiriza Uburundi, Kongo canke mbere n’Ubuganda kugaba ibitero ku butaka bwaco, ariko ikirobeli gikorera mu Rwanda cavyiyemereye.

 

Must Read

Umushingwamanza Sandra Ndayizeye yakuyemwo akarenge mu rubanza rw’uwo aburanira muganga SAHABO.

0
Umushingwamanza Sandra Ndayizeye aburanira muganga Sahabo Christophe yaraye akuyemwo akarenge mu rubanza rw'uyo yaburanira iki gihe apfungiwe mw'ibohero rya Ruyigi. Sandra Ndayizeye akaba yagiriyeko...