UBM News ads UBM News ads
Friday, May 24, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Igisagara ca Bujumbura kiri mu vyago biturutse ku mvura yaguye igenekerezo rya 9 ndamukiza 2024 -Jimmy Hatungimana

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura Jimmy Hatungimana amenyesha ko igisagara ca Bujumbura caraye gihuye n’ivyago biturutse ku mvura yaguye 9 ndamukiza 2024 cane cane mu makomine ya Muha na Ntahangwa.Akaba yasavye abenegihugu baba muri utwo duce kuba barakinjura kugira ikigo OBUKA na Croix Rouge basubize ibintu.


Igenekerezo rya 9 ndamukiza 2024 mu gisagara ca Bujumbura carahuye n’ivyago vy’imvura yaguye ari nyishi bica bituma inzuzi za Kanyosha,Muha na Kinyankonge zica muri zone Kinindo na Buterere nizo zataye inzira zica zirara mu mazu y’abanyagihugu zonona ibintu vyinshi cane.

Ama zone ya kinindo,komine muha na Buterere yo muri ntahangwa niyo yasinzikaye cane.umwana yarahasize ubuzima,inzu 30 nazo zirabomoka muri zone Buterere n’ibindi vyononekaye vyinshi cane.

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura yarishikiye kuraba abanyagihugu bahuye n’ivyago mu ntumbero yo kubaremesha aca agirako abasaba ko boba barakinjura kugira ikigo OBUHA n’ishirahamwe croix rouge bagerageze gusubiza izo nzuzi mu nzira zazo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments