Umuririmvyikazi w’umurundi akunzwe cane murino minsi bivanye n’ukuntu aririmba neza” Ashley Girukwishaka ” ifoto yashize kubuhinga ngurukanabumenyi ikomejwe kuvugwaho vyinshi aho bamwe bavuga ko ivyo yakoze bitajanye n’akaranga k’abarundi ariko abandi noneho bakavuga ko ataco bitwaye kuko ntakosa babibonamwo.
Umwe mubasizeho ibitekerezo kwino foto yagize ati : Hajapendeza ht kidogo hiko kitovu sio chakuoneshwa.
Bamwe mubakunzi buno muririmvyi afise indirimbo ikunzwe cane murino minsi bo ntibabibona co kimwe kuko bo babona ko ino foto ataco itwaye, umwe yagize ati : Good kabsa!unastahili kuwa wangu!wanatowa macho mpaka wanadhani w mubongo!
Recent Comments