IFOTO ya BIG FIZZO ibandanya kuvugwako vyinshi?

0

Ifoto y’umuririmvyi w’umurundi MUGANI Desire azwi nka BIG FIZZO ibandanya kuvugwako vyinshi n’abakunzi b’umuziki w’uburundi.
fizzo
Iyo foto nkuko muyibona bikabonekako Mugani Desire yariko arafata akayaga aho asanzwe aba mu gihugu c’ubufaransa,aho abarikumwe n’abandi bantu nkuko musanzwe mubizi iyo ugiye gusama akayaga ku musenyi uhahurira na benshi.
3
Twobamenyesha ko Big Fizzo afise igiteramo ku munsi w’i LAIDI mu gihugu ca Africa y’Epfo,nyuma yico giteramo bikavugwako BIG FIZZO azoca aza mu gihugu ciwe c’amavukiro.