Abayoboke ba Hon Agathon Rwasa babandanya bicwa ” soma ngaha wumve

0

Kuruyu w’Imana ikiziga kimwe mu biziga bibiri vyatowe kw’ibarabara rya Bujumbura – CIBITOKE camenyekanye ngo, yari umunamarimwe ayoboka Hon. Agathon RWASA; akaba yatowe ikiziga mu gitondo c’uyu wa gatandatu yagandaguwe n’abicanyi gushika nubu batarashobora kumenyekana.

Uwundi munyagihugu ayoboka FNL irongowe na Agathon RWASA akaba yaragandaguwe kw’ibarabara rya Kiriri akaba azwi kw’izina rya Dieudonnée NIJIMBERE.

agatho

Twobamenyeshako gushika nubu abaguma bicwa ko usanga ari imisore gusa.