Umuririmvyi abenshi bazi kwizina rya ” Jose Chameleone ” hasohotse video imwerekana ariko arikata urutoke hanyuma ahejeje agaca anunuza amaraso aho benshi kugeza ubu bemeza neza ko uno muririmvyi yoba asanzwe ari muribamwe bakoresha amashetani kugirango batere imbere ( Illuminati ).
[youtube id=”Xn2XR8vpsX4″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]
Mu bantu bose bari muri illuminati canke se Freemason igihe cose bakora amasereno hagati yabo , wihenze ukayarengako canke ukanka gukora ivyo bagutegetse bishobora kukuviramwo ingaruka ikomeye cane, kubwuno muririmvyi rero kuba hano aboneka ariko arikata n’intambi hanyuma agaca anunuza amaraso ngwico n’ikimenyetso cerekana ko amaze kwiyunga nabo.
Raba hano munsi imwe muri video yasohoye igakundwa cane
[youtube id=”pY-MpSD_eh0″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]
Recent Comments