Ibigwanisho bitari bike vyaratowe kurugo rw’umu PASITORI wa Pantecote.

0

Inyuma yaba polisi hamwe nabasirikare bari bamaze iminsi bakora ibikorwa vyabo vya minsi yose vyogusaka ibigwanisho kubasanzwe babitunze batabifitiye uruhusha, ibara  ryaraye riguye kuko mugusaka kwabo baraye batoye ibigwanisho bitari bike kurugo rw’umu PASITORI Dieudonnée HAVYARIMANA aba mu gihosha arongoye ishengero rya Pantecote.

101

PASITORI Dieudonnée HAVYARIMANA akaba gushika n’ubu akiri mu minywe y’igipolisi.

Tworangiza tubamenyesha yuko abakristo batari bake bari basanzwe basengera muri Pantecote bateye ivyatsi ivyo uwo mu PASITORI wabo yafatanywe bakavuga ko bo bitabaraba biraba  Dieudonnée HAVYARIMANA kandi ngo ntibiraba na gato urushengero rya PANTECOTE.