I FOTO igaragaza ubwambure bwa ASHLEY DIVA ku rubuga rwiwe rwa INSTAGRAM ibandanya ivugwako vyinshi.

0

Umuriririmvyikazi w’umurundi ASHLEY DIVA aheruka gushirako i foto ku rubuga rwiwe rwa INSTAGRAM,i foto imwerekana ari uko IMANA yamuremye ata mpunzu yamabaye,iyo foto ikaba yavuzweko vyinshi nkuko tubisanga ku rubuga rwiwe rwa INSTAGRAM.
diva 3
Nkuko rero musanzwe muzi ko ikinyamakuru canyu ubmnews.com twama tubaha amakuru twatohoje neza kandi dufitiye ivyemeza tukaba twaregereye uyo muririmvyikazi tumubaza icatumye ahitamwo gushirako iyo photo ku rubuga rwiwe rwa Instagram ariko ikinyamakuru canyu kikaba caramukenye uyo muririmvyikazi kuko twasanze yagiye mu bijanye n’akazi kiwe k’umuziki.
wanj
Ikinyamakuru canyu ubmnews.com tukaba tubemereye ko tugiye kamurondera uyo muririmvyikazi kugira atange umuco kuri iyo photo,atubwire icatumye ahitamwo kuyishira ku rubuga rwiwe rwa INSTAGRAM.