Monday, September 26, 2022
HomeNewsHemeid Suleiman yamaze gushika ku butaka bw'Uburundi

Hemeid Suleiman yamaze gushika ku butaka bw’Uburundi

Umwe mu bakinyi bakomeye cane bamareresi bo mu gihugu ca Tanzaniya ariwe Hemeid Suleiman yamaze gushika kubutaka bw’uburundi azanywe n’igiteramo c’igenekerezo rya 4/12/2016,igiteramo kizobera kuri lacoste Beach
Agishika ku kibuga c’indege ca Bujumbura igihe c’isaha cumi n’imwe zo kumugoroba ,Hemeid Suleiman, akaba yari yaje guytegerwa n’isinzi ry’abantu bikaba vyabonetseko yari akeye mu maso,akamwehemeidmwe kamusya

Raba hano uko vyari bimeze igihe yashika ku kibuga c’indege ca Bujumbura:

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...