Hariko harategurwa irindi tembagazwa ry’Ubutegetsi bwa Bujumbura

0

Le-Burundi-dans-la-tourmente-d-un-coup-d-Etat_article_popin (1)

Uguhirika Ubutegetsi ngo vyoba bitarasubizwa inyuma kuko inyota yavyo itarahera, ivyo bishikirizwa na General Leonard Ngendakumana aho amenyesha ko bakiriko bisuganya barondera igisirikare n’igipolisi bikwiye kugira basubire barabe ko Nkurunziza yotembagazwa.

Icagirizwa Nyakubahwa Petero Nkurunziza ngo n’ukuryanisha amoko y’abahutu n’abatutsi mu Burundi, noguha ibirwanisho urwaruka rw’imbonerakure.

Nkuko uwo m general yabimenyesheje ikinyamakuru BBC yahakanye ko ata gihugu na Kimwe kiri inyuma y’ico gikorwa barimwo.