UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Hamenyekanye impanvu ikomeye yatumye Sat-B yanka kwakira agashimwe kadasanzwe bari bamuhaye.

UBM News ads

Nyuma yaho Sat-B aherewe agashimwe ariko amakuru adushikira hano kuri UBM News akavuga ko yanse kukakira, uno muririmvyi ubwiwe yagize ico abivugako aho yavuze icabimuteye.

Kubwuno muririmvyi, ubwiwe avuga ko icabumuteye aruko akenshi bakora cane ariko hagashimirwa abandi ariko ngo arashima kuba yaratowe nk’umuririmvyi wumwaka.

sat b

Sat B yagize ati : Ni vyiza kandi birahimbaye kuba naratowe nk umuririmvyi w umwaka na IKOH ndabashimiye caaane ariko igihe bari kukanshikiriza vyarangoye kugatora nibutse ukuntu dukora kenshi hagashimirwa abandi .

naragatoye maze ndibuka ko vyose mfise nabihawe n umu fane ndagahereza bamwe, mu bankunda bari ngaho …..narashikirije ikiri kumutima uwitwa ray kigosi yar ajejwe gutanga ubushimwe nti”abino ntibaramenya music industrie icarico”

ego nivyo iriya nyifato nagize ntivyari ikwiriye ku muntu yakoze ivy abandi batakoze kuri jewe (IKOH) ariko narananiwe kwihangana kandi cari n ikimazi kubaririmvyi, benshi bakora hagashimirwa abandi,
co kimwe no kuri bamwe bategura amahiganwa kuko kahise gategura kazoza akahise kanje katumye nkora ibidashimisha abatunganije kiriya giteramo gikomeye but
sorry

dore ko abo nagahaye(trophé) bahisemwo kukansubiza bambwira ko nari ndagakwiriye cane

Kubwawe uBona nari ndagakwiye ngo ndagatore …??.canke nari nkwiye kubandanya nkokora cane gusumba…?

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments