Monday, September 26, 2022
HomeNewsGitega : Uwagirizwa ko ari mu bantu bibisha inkoho yafashwe

Gitega : Uwagirizwa ko ari mu bantu bibisha inkoho yafashwe

Igiporisi co mu ntara ya Gitega cafashe uwitwa Ndayiragije Vianney yagirizwa ko atunze ikirwanisho atabifitiye uburenganzira. Uwo mugabo yafatiwe ku musozi Mugano, komine Buraza, intara ya Gitega.

Abajejwe intwaro muri komine Buraza bamenyesha ko inkoho yo mu bwoko « Kalachnikov » yafatiwe ku rugo rw’uwo ari mu minwe y’igiporisi, akagirizwa ko ari mu mirwi yitwaje ibirwanisho isahura abanyagihugu muri ako karere.

Ndayiragije Vianney apfungiwe mu gasho ka komine Buraza.

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...