Général Didier Nyambariza avuga ko bagiye gutera intambara ikomeye mu Burundi ” impamvu ya vyose ngo nikubera ko………..

0

Général Nyambariza Didier ahari mumisozi aravuga icatumye bahitamwo kwiyambaza ibigwanisho,ivyo akaba yabivuze inyuma yaho uyumusi mugitondo hazindutswe havugwa yuko umurwi utaramenyekana wateye igihugu uciye muntara ya kayanza muri komine kabarore ,bikaba bivugwa ko habereye imigwano ikomeye cane hagati yabo bateye ningabo zigihugu

war