Gabriel RUFYIRI yatanze ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru.

0

Umukuru wa OLUCOME Gabriel RUFYIRI yatanze ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru kuri uno munsi igenekerezo rya 18/9/2015,ico kiganiro akaba yagitangiye mu kigo c’abamenyeshamakuru( MAISON DE LA PRESSE).
rufyikiri
Gabriel RUFYIRI akaba yasavye Reta ko ubu bwicanyi buriko buraba muri kino gihe ko bwohagarara abantu bakareka kuzira ubusa,RUFYIRI akaba yasavye n’umukuru w’igihugu ko yohagarika iyi Mandat kuko itemewe n’amategeko.
g rufyikiri
Twobamenyesha ko RUFYIRI asanzwe arongoye ishirahamwe OLUCOME.