UBM News ads UBM News ads
Thursday, April 18, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Gabon: Igisirikare catangaje ko gifashe ubutegetsi maze kiburizamwo intsinzi ya Perezida Ali Bongo.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abasirikare b’igihugu ca Gabon batangaje kuri Televiziyo y’igihugu ko bafashe ubutegetsi ndetse bahindura impfagusa ivyavuye mu matora yabaye kuwa gatandatu w’indwi iheze, aho perezida Ali Bongo yatangajwe ko ariwe yatsinze ayo matora.

This video grab taken from Gabon 24 shows Gabonese soldiers appearing on television on August 30, 2023 announcing they were “putting an end to the current regime” and the cancellation of an election that, according to official results, President Ali Bongo Ondimba won. During the announcement, AFP journalists heard gunfire ring out in the Gabonese capital, Libreville.
While announcing the cancellation of the results one of the soldiers announced the dissolution of “all the institutions of the republic”.
“We have decided to defend peace by putting an end to the current regime”, one of the soldiers said on TV channel Gabon 24, adding that he was speaking on behalf of the “Committee for the Transition and Restoration of Institutions”.
“To this end, the general elections of 26 August 2023 and the truncated results are cancelled,” he added.
“All the institutions of the republic are dissolved: the government, the Senate, the National Assembly and the Constitutional Court,” he added, announcing the closure of the country’s borders “until further notice”.
Among the soldiers were members of the Republican Guard as well as soldiers of the regular army and police officers. (Photo by Gabon 24 / AFP) / RESTRICTED TO EDITORIAL USE – MANDATORY CREDIT “AFP PHOTO / GABON 24” – NO MARKETING NO ADVERTISING CAMPAIGNS – DISTRIBUTED AS A SERVICE TO CLIENTS

Nkuko tubikesha iradiyo y’abongereza BBC, iryo hirikwa rije kurangiza imyaka 53 umuryango wa Bongo umaze ku butegetsi muri Gabon, yahoze ikoronizwa n’igihugu c’ubufaransa.

Abasirikare 12 babonetse kuri Televiziyo y’ico gihugu batangaza ko baburijemo ivyavuye mu matora kandi ko basheshe «inzego zose za Republika». Umwe muri abo basirikare yavugiye kuri Televiziyo Gabon24 ati :« Twafashe icemezo co kurinda amahoro mu gushira iherezo ku butegetsi buriho»

Yongeyeko ibi vyatewe n’ «intwaro iterekana ejo hazoza yatumye ikomeza ibura ry’ubumwe mu banyagihugu maze iteza ivyago vy’uko igihugu gishobora kubamwo akajagari»

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments