Fred Jizzo – Yasize ahagaragara indirimbo nsha idasanzwe ” Raba hano muko imeze

0

Fred Jizzo ni umuririmvyi w’umurundi aririmba m’umudiho wa Hip-Hop nkuko muvyunva murino ndirimbo ” vyinshi bijanye nuno muririmvyi tuzobibagezaho hano nyene kukinyamakuru ca mbere c’abarundi gisomwa n’abantu benshi gikorera hano muri America ” UBM News ”