Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeSportsFrancine Niyonsaba amenyesha ko yiteguriye i Eugène kwiruka umwanya mwiza utaribwaboneke ...

Francine Niyonsaba amenyesha ko yiteguriye i Eugène kwiruka umwanya mwiza utaribwaboneke kuri 2000 miles.

Umunonotsi w-umurundikazi yabiciye bigacika mu mwaka wa 2021, Francine Niyonsaba,  amenyesha ko yiteguriye mu gisagara ca Eugène (kiri muri Leta Zunze ubumwe za Amerika) gushiraho umwanya mwiza utari bwaboneke ku kirere ca 2000 miles, ni ukuvuga imetero 3200. Iryo higanwa rikaba kuwa 27 Rusama 2022.Image

Francine Niyonsaba kuri uyu wa kane yavuze ati :«Nzogerageza gukoresha umwanya muto utari bwigere ubaho kw-ico kirere»

Tubamenyeshe ko aho mu gisagara ca Eugène , ariho yagiriye amahiganwa nkayo mu mwaka uheze wa 2021 aho yahasize kahise keza mu kuba uwa mbere mu kwiruka ico kirere c-imetero 3218 mu minota 9:00.75.

 

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments