Fidel Murua yasohoye umukanda ugezweho kandi ukunzwe cane bimwe bidasanzwe ” Raba hano

0

fidel

Fidel Murua ni umuririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America ( Cedar Rapids, Iowa) aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana, nyuma yo gusohora umukanda ugezweho kandi ukunzwe cane murino minsi hano muri America , kubwuno muririmvyi avuga ko agiye gutangura gusohora amasanamu ( Video ) yazino ndirimbo.

7

Ivyo rero akaba aheruka kubivuga mu gihe yariko araganira n’umumenyashamakuru wa UBM News, aho yavuze ko uno mukanda wa ” Pokea Baraka ” ari uwambere ahereyeko gusohora ariko kandi akaba ashimishwa n’ukuntu abantu bawakiriye bityo akaba yavuze ko agiye gutangura kuwusohorera amasanamu.

Uno muririmvyi numwe mu bafise impano idasanzwe kandi biboneka ko indirimbo aririmba zikundwa cane hano muri America , ivyo tukaba arivyo duheruka kwibonera aho yariko araririmbira imbere yabantu benshi mu giterane giheruka kubera mu gisagara ca ( Fort Worth Texas ) .

Amwe mu mafoto yerekana ukuntu umuririmvyi ” Fidel ” ariko araririmbira imbere y’abantu.

1

3

4

2

5

6