UBM News ads

Emmanuel macro ariyamiriza umugambi wo kwica Ayatollah Ali khamenei

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Prezida w’ubufransa Emmanuel Macro ariyamiriza umugambi wo kwica umuyobozi mukuru wa irani Suprem Leader Ayatollah Ali Khamenei uriko utegurwa n’Amerika hamwe na Isiraheli.

Mu nama y’ibihugu bihurikiye mu muryango wa G7,Prezida Macro yaraye ashikirije ko Ayatollah akicwa hokwirikira akaga gakomeye mu bihugu vyo mu buseruko bw’isi.

Prezida Emanuel Macron w’ubufransa ariyamiriza umugambi wo kwica umuyobozi mukuru wa irani Suprem Leader Ayatollah Ali Khamenei uriko utegurwa na Amerika ikoranye na Isiraheli.

Mu nama ku musi w’ejo igenekerezo rya 17 ruheshi 2025,mu gihugu ca Canada ahari hakoraniye abakuru b’ibihugu n’ama Leta bihurikiye muri G7 Emanuel Macron yavuze ko kwica Umuyobozi mukuru wa Irani vyoteza akaga gakomeye cane mu bihugu biherereye mu Buseruko bwo hagati.

Emmanuel Macron akaba ahubwo yasavye prezida Donald Trump gufata ibintu mu minwe hakaba ibiganiro biciye mu nzira ya Diplomasi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments