Umuririmvyi Emery Sun yaraye avuze ko atamuzi sat b kandi ko niryo zina atanahao araryumva
Abicishije mu kiganiro hit connection gica ku nsamirizi radio10 burundi,emery sun yaramenyesheje ko atazi sat-b
Raba hano uko Emery sun yavuze:
Journaliste ami pro: hamaze imisi havugwa ibintu ko woba ufitanye ukutumvikana numuririmvyi Sat-b vyobarivyo?
Emery sun : kwanza uyo muririmvyi ntawenzi sinz kutumvikana aho kwavuye
Journaliste : Sat-b ntawuzi?
EMERY sun: ntawenzi nuwahehe, abahe akoriki numuririmvyi ?
afise hit zingahe ntawenzi ..
Journaliste : unomusi uravuze KO Sat-b utamuzi mumaze gukorana ibiteramo bitari bike muhuriyemwo nuwo muririmvyi
Emery sun :kwanza nokuguma umbwira uyomuntu ntashobora no kuvuga izina ryiwe kwanza nibwo bwambere ndamwumvise so sikuvuga KO nishima harabastar inzi kugira mvuge umustar nukohaba hari ikintu numviriza kuriwe so nkakarorero ndashobora kuvuga nka fariouz (Big Fizzo) numustar akomeye yandikaneza ahibongoza neza afise looking star kandi yiyumvira nkavuga nabandi nibenshi nkavuga nka R FROW YOYA abantu bize abantu usanga bafise amashure nibenshi abagira ama karaoké hariho n abaririmba hip hop inzi ariko je uwomuririmvyi ntawenzi .
Journaliste : mbe ! “magonde” mwayi ririmbiyende?
Emery sun : aaaah OK ndibuka igihe twaja muri studio na fabi love twaririmvye kumukobwa yarafise umugabo yamugiriye ibisanga Hama turaja muri studio arambwira ATI je uyo mugabo namuririmvye
uyomugabo afise ibisanga vyinshi kumugore wiwe
Twamye tumuhanura uwo mudem ntiyumva
Hama duca turashiramwo amajwi ni
kawaida…
Tworangiza tubamenyesha ko Emery Sun yigeze gukorana indirimbo na Sat b yitwa Babona kure
Recent Comments