ELSA ARAHAKANA AKARENGWA KO AFISE INDA YA BIEN FIZZO.

0

Umwigeme w’umurundikazi Elsa asanzwe ahurikiye mu mugwi WAKA WAKA urongowe n’umuririmvyi AKESS Professor arahakana akarengwa ko afise inda y’umuririmvyi BIEN FIZZO.
elsa
ELSA aganira n’ikinyamakuru canyu ubmnews.com akaba yatumenyesheje ko ibimaze iminsi bivugwa yuko yoba yibungenze muri kino gihe inda ya BIEN FIZZO ko atarivyo,akaba yabandanije atumenyesha ko n’inda bamwagiriza ko ataniyo afise.
BIEN FIZZO
Twobamenyeshako ivyo vyaje nyuma yaho uyo muririmvyi BIEN FIZZO ahatwe gukubitwa n’imisore ihurikiye mu mugwi WAKA WAKA aho bamwagiriza ko yateye inda uyo mwigeme wabo ELSA.