EL HADJ Aruna NKUNDUWIGA: Ngo umugwi wa NKURUNZIZA waje utevye.

0

EL HADJ Aruna NKUNDUWIGA ngo umugwi wa Petero  NKURUNZIZA waje utevye, ngo kuko amezi angana atanu amaze kurangira hataraboneka umugwi mugihugu wari bwaboneke inyuma yibihe bibi twari twahitiyemwo kugira uze guhumuriza abanyagihugu, rero ngo kubona umugwi wa NKURUNZIZA uje, kuri EL HADJ Aruna NKUNDUWIGA ngo waje hageze.

1

Yarangije amenyesha yuko uwo mugwi wohurirwamwo n’abose ugafasha gutunganyiriza abantu bose nturabe uyu canke uriya kowokora ukorera ineza y’umunyagihugu wese nturabe umugambwe ngo uyu ntituvuga rumwe canke uyu akora mw’ishirahamwe ryigenga yawusavyeko wokora kuneza ya Barundi bose.

Tworangiza tubamenyesha yuko  EL HADJ Aruna NKUNDUWIGA avuzuko inyuma yabanyepolitike batari bake bavuze yuko uwo mugwi wa Petero  NKURUNZIZA waje gukingira ibibaba kuwagirizwa amabi nkayose noguha akazi abo twokwita abayoboke biwe.