Uno ni umuririmvyi w’Umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ( Phoenix, Arizona ) ibijanye nuno muririmvyi ariko arakora neza cane m’umuziki tuzobibagezaho mu minsi iri imbere hano nyene kukinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera muri America
Recent Comments