Domitien Ndayizeye avuga ko inzego zizoba zavuye mumatora ko zitazopfa zemewe mu Burundi

0

Uwahoze arongoye igihugu cu Burundi ” Domitien Ndayizeye ” avuga ko inzego zizoba zavuye murano matora aheruka kuba y’umukuru wigihugu ko zitazopfa zemewe mu Burundi.

[youtube id=”fQU_JzSeIQE” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

Kubwiwe ngo amatora yakozwe hadakurikijwe amategeko hamwe no kurenga kwibwirizwa nshingiro n’amasezerenano ya Arusha ivyo navyo we akabona ko ari nka cout d’etat yakozwe na Leta yu Burundi.