Dog-A yavuye mu gacerere yaramazemwo iminsi

0

Ruvyarinyange Alidi azwi nka Dog-A yavuye mu gacerere yaramazemwo iminsi nyuma yaho arangirije amashure y’isumbuye,amashure yarangirije kw’ishure Lycee notre dame de rohero.
dog-ey
Dog-A akaba yamenyesheje ko agacerere yaramazemwo iminsi ubu karangiye ko agiye gusohora izindi ndirimbo ziryoshe kandi yizeyeko n’abakunzi b’umuziki w’uburundi bazozikunda cane.
dog-a
Mu kurangiza Dog-A akaba yatumenyesheje ko afise indirimbo nshasha yitwa Ubuzima ko vuba azoyirekura kugira abantu bayumve.