Dj Pro niwe muririmvyi wa mbere yita ku bakunzi b’ umuziki wiwe

0

Dj Pro umuririmvyi wa Buja Fleva benshi bazi mu ndirimbo ziwe zabiciye mu gihugu c’ Uburundi nka KALE KATOTO yakoranye na MKOMBOZI hamwe na FRANK G80 hamwe na REMIX yayo yaciye akorana n’ Igihangange Sat-B hamwe na Mkombozi

11793271_731731013620823_1861413861_n

Dj Pro akaba ari umwe mu baririmvyi bitaho abakunzi b’ umuziki ndundi aho buri uko umwaka urangiye ategura ibirori bigera kuri bibiri vyo kuryoherwa n’ abakunzi b’ umuziki wiwe kumbure bagasangira hamwe n’ abatari bwamubone bakamuboneraho.

11798023_731731026954155_2130506050_n

Abakunzi b’ umuziki wa Dj Pro bazwi kw’ izina rya #TEAMPRO bakaba baheruka kugendera mu ntara ya RUMONGE uno musi hamwe n’ igihangange DJ PRO, nkuko baheruka kugendera intara ya GITEGA mu misi iheze.

11830825_731731003620824_637727842_nnyene.