Dj Philybte atuyagira ku mwuga wiwe wo kuvuza umuziki

0

Igenekerezo rya 3/12 ikinyamakuru cacu ubmnews cegereye umwe mu basanzwe bavuza umuziki hano mu burundi(dj) benshi bazi kw’ izina rya Philybte aho yashoboye kutuyagira vyinshi ku bijanye n’ akazi kiwe ko kuvuza n’ aho kamushikanye ariko akaba yabanje kwidondora uku gukurikira:

Dj Philbert: Urakoze…bon amazina y’abavyeyi nitwa cimpaye philbert,nkaba mfis imyaka 23

Amipro:Watanguye ryari uyu mwuga wo ku dja?vyagenze gute kugira uwutangure? Nigiki catumye uwujamwo?

Dj Philbert: Hama uno mwuga nta gihe kinini kihaciy ndawutanguy mgb narinsanzwe nd’umuntu yamye akunda knd akurikirana ivyumuziki kuva kera So natanguy kuwukora neza na neza nk’umwuga mur 2013 nayo ubund imbere yaho vyarivyo kwiryohera gusa…
Icatumy ndabijamw naco n’abagenzi canecane bo babona ko ndbikund bagaca baguma bansab nje kubavugiriza muma diplome n’ama annif yabo
dj-philybte

Amipro: Nuwahe mu dj wemera hano mu burundi canke ahandi atari hano?

Dj Philbert: Je mpora ndabira cane cane kuba dj babiri bo mur kenya,nibo bahora bantera gukunda uno mwuga kusumba burigih numvis ibikorwa vyabo.abo nabo ni dj kalonje na dj lyta,
Umu dj wambere nemera ngaha muburundi ni jew nyene kwanza hama aband ni nka baband twama turiko dukorana kenshi

Dj Philbert: Ntivyorosh ngaha muburund kubeshwaho nakazi kubu dj mgb umuntu abishezemw inguvu n’ishaka vyoshoboka..

Amipro: Wifuza gushika hehe mu mwuga wawe?

Dj Philbert: Ndipfuza kumwuga wanj wombeshaho nkukw’abandi ubabeshejeho mubind bihugu,kgr n’abantu bamw bamw barek kuza bibaza kubu dj arumwiga wabananiniw n’ishuri cank aba voyou
Amipro: Mukurangiza neza tukubaze akabazo kamwe nayahe mahera menshi dj vampire amaze kuronka mu mwuga wo ku dija?

Dj Philbert: Amahera menshi maze kuronka mu mwanya nokwita muto,n’amahera ibihumbi amajan’atatu naronse mw’ijoro rimwe

Hama nari nibagiy kuvuga ko hambavu yo kuba umu dj nsanzwe nd’umunyeshure kuri université lumiere de bujumbura,mu mwaka wagatatu mugisata co gutumatumanako amakuru
Amipro:Ikinyamakuru ubmnews kiragushimiye

Dj Philybte:Murakoze namwe