Dj Patman atuyagira ku mwuga wiwe wo kuvuza umuziki

0

Umwe mubasanzwe bavuza umuziki hano mu gihugu c’uburundi ariwe Patman yatubwiye vyinshi ku bijanye n’umwuga wiwe
Twatanguye kumubaza ryari yatanguye uyo mwuga?
Patman ati:
Natanguy kuwukurikirana donc kuwiga muri 2007 nca ndawutangure muri 2009…
,nkiciga secondaire naragnda cane murivya biteramo vyo mu mpera z’ibibazo benshi twita gong unique ico gihe dj daddy naba DJ saido nibo bari bagezweho ico gihe nagnda gusa kubaraba bariko baravuza nkaryoherwa munyuma natanguye kuza ndavuza pôle pôle mutuamanza dutoto duto tw’abagenzi,
Tumubajije icatumye aja muri uyo mwuga,patman ati:

icabitumye nuko narabikunda kandi narumva muri jewe ko ndabishaka kuko nari nsanzwe nkunda umuziki,

Amazina y’ukuri ya Patmana akaba yitwa:

DJ Patman kuvyukuri ni Mbonimpa Billy Patrick Nkaba ndi impfura mumuryango wabana batanu à part yo kuba umu DJ ndumunyeshure muri kaminuza (université)
Nabahe ba dj wemera gusumba abandi hano mu gihugu c’uburundi canke mu makungu?
aba DJ bose ndabemera knd ndabarabirako kk umwe wese afise technique yiwe nshobor gukenera umusi umwe
pat
mbega biroroshe ko akazi kubu dj kakubeshaho ngaha mu Burundi?

Akazi kubu DJ ntivyorosh k kabeshaho umuntu ariko ubu turashima kuko naho katatubeshaho karadufashe kuma besoin amwe amwe si nko mumisa yahera

Nabahe ba dj wemera gusumba abandi hano mu gihugu c’uburundi canke mu makungu?

hano mu Burundi bose ndabemera kuko barakora cane surtout muriyi minsi twoba turutana ama succès amazina ariko wumvirije akazi bose barashoboye nico gituma nemera bose… Hanz naho naba ni DJ promoter hamw nuwundi wumu Kenya ariw DJ Joe mfalme

Ushaka ko ako kazi kagushikana he?

akazi kubu DJ nshaka ko kanshikana Kure nkibon un jour sur une scène internationale bantumiy nko hanz ngiy gusa kubavugiriza nkagir ama tour muri East africa, muri africain pourkoi pa hanze ya africa…
Nayahe amhera menshi umaze gukorera ku munsi umwe?
so sinovuga ko ari menshi mais novuga knd k ari menshi narayakorey umusi umw bayampera rimw naamahera 500.000fr