Dj Meo atuyagira ku mwuga wiwe wo kuvuza umuziki

0

Igenekerezo rya 5/12 ikinyamakuru cacu ubmnews cegereye umwe mu basanzwe bavuza umuziki hano mu burundi(dj) benshi bazi kw’ izina rya Meo aho yashoboye kutuyagira vyinshi ku bijanye n’ akazi kiwe ko kuvuza n’ aho kamushikanye ariko akaba yabanje kwidondora uku gukurikira:
Dj Meo: Ooh Ok nitw Dj Meo benshi basanzwe banzii
Amipro: Ndaguhaye ikaze Meo!!! Watanguye ryari uyu mwuga wo ku dja?vyagenze gute kugira uwutangure? Nigiki catumye uwujamwo?

Dj Meo: umwuga wo kuvuza umuziki nawutanguye kera,
kugira ndawutangure nivyar vyorosh kuko abavyeyi barabimbuza cane,
oooh kugira ndawujemwo vyarantwaye umwanya utari muto kandi narisanzwe ndabikunda cane nahoo abavyeyi bavyanka
dj-meo
Amipro: Nuwahe mu dj wemera hano mu burundi canke ahandi atari hano?

Dj Meo: hahahah!!! Ami Pro umu dja nemera ariho kabisa kandi uyoo mu dja nijewe nyene Meo,
hama um dja ndabirakoo akarorero ni Dj Bash wo muri kenya,
oooh!!! mu Burundii nemeraa Patman kuko ameze neza gusa bariho benshi nemera ngaha iwacuu i Bujumbura

Amipro: Mbega biroroshe ko akazi kubu dj kabeshaho umuntu hano mu burundi?

Dj Meo: Egoo akazi kubu dja karabeshaho umuntu bivanye nutujedee twiwe canke ingabirano yiwe

Amipro: Wifuza gushika hehe mu mwuga wawe?

Dj Meo: hahahah!!! jew ndifuz gushika kuntambwe nziza kandi nshike no mumakungu menyekanishe igihugu canje

Amipro: Mukurangiza neza tukubaze akabazo kamwe nayahe mahera menshi dj Meo amaze kuronka mu mwuga wo ku dija?
Dj Meo: hahahah!!! Ami Pro biragoye kwishura ico kibazo nukuri mbabarira kurico kibazoo kabisa,
hama mercii kubona mwigoye mukaza kumpa ikiganiro,
hama nkashimira na Ami Pro Entertainment yitanga uko bishoboka kugira imenyekanishe ab DJ nukur murakoze cane