UBM News ads
Wednesday, November 29, 2023
No menu items!
UBM News ads

Dj Israel yatowe nk’Umu Dj Mwiza W’ umwaka

Ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 26 niho haba ihiganwa ryo gutora umu dj w’umwaka hano mu gihugu c’uburundi,ihiganwa ryabereye kuri star hotel,aho aba dj bagera kuri indwi bari mw’ihiganwa abo nabo akaba yari:Dj Israel,Dj Eric,Dj Nesta,Prince,N.C,Vampire,Philybte,umwe muri abo akaba yarashoboye gutahukana iyo higanwa,Uwashoboye gutahukana iryo higanwa akaba ari Dj Israel,Dj Eric akaba yabaye uwa kabiri,Dj Vampire akaba yashoboye gutahukana ikibanza ca gatatu
dj israel

Iryo higanwa rikaba ryari ryitabiriwe n’isinzi ry’abantu nkuko abari ngaho muri star hotel bashoboye kuvyibonera,kuko hari abantu bagera ku bihumbi bibiri

Nyuma yiryo higanwa Dj Israel akaba yarashoboye kugaragaza umunezero wiwe mu gushimira abantu bose bari baje kumushigikira

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments