Dj Israel yaraye agaragaje ko afitiye urukundo Tatiana mu kumwambika Impeta

0

Hari ku munsi w’ ejo igenekerezo rya 27/11/2016 kuri saga vodo aho umwe mubasanzwe bavuza umuziki hano mu gihugu c’ uburundi azwi kw’ izina rya dj israel yahimbaza umunsi mukuru wiwe w’ amavuka ariko rero ntiwari umunsi mukuru w’ amavuka gusa kuko israel yashoboye gutangaza benshi mu gufukamira umwigeme basanzwe barikumwe mu rukundo mu kumwambika impeta imbere y’ abantu isinzi ryari ngaho ryose rica rikorora amosozi
isra
Ntwari israel akaba yagaragaje ko akunda cane uyo mwigeme aho bamaranye imyaka igera kuri itandatu nkuko dj israel yashoboye kubimenyesha isinzi ry’ abantu bari ngaho.

Tworangiza tubamenyesha ko Dj Israel yari yatewe iteka n’ umuryango wiwe,umuryango w’umukunzi wiwe n’ incuti n’ abagenzi