DIVINE NGENDABANKA yoba asaba iki kugira aje muri clip video?

0

Divine NGENDABANKA n’umwe mu bigeme beza b’abarundi akunda kuboneka mu masanamu y’indirimbo nyinshi z’abarundi aho usanga abaririmvyi benshi ba hano iwacu bamukoresha mu masanamu y’indirimbo zabo kugira ziboneke neza, kuko asanzwe ari umwigeme azi kwifata neza mu masamu.
divine 2

Aganira n’ikinyamakuru canyu ubmnews.com,Divine akaba yavuzeko adapfa kuja mu ndirimbo iyariyo yose, ahubwo ngo bivana n’indirimbo,Divine ati:<< hari indirimbo wojamwo ugasanga uriko urisubiza inyuma n'iyindi ujamwo ikagushikana kure>>.
Tumubajije ico asaba abaririmvyi kugira aje mu ndirimbo zabo,Divine akaba yatumenyesheje ati:<>.
d1
Twobamenyesha ko Divine Ngendanka yanateye akamo abigeme b’abarundikazi ko batoza baratinya kuja mu masanamu y’indirimbo kuko ari akazi kandi gashobora kubeshaho umuntu neza.