UBM News ads
Sunday, December 10, 2023
No menu items!
UBM News ads

Diamond Platnumz yakiriwe muburyo budasanzwe i Burundi

Umuririmvyi rurangiranwa aturuka mu gihugu ca Tanzania ” Diamond Platnumz , uyu munsi aho yashika i Burundi yakiriwe mu buryo budasanzwe ndetse uno muririmvyi nkuko avyivugira akaba yanezerejwe cane n’ukuntu bamwakiriye.

diamond

Uyu muririmvyi niwe azoteramisha abantu kumunsi wejo ndetse akaba asaba aba Fans biwe ko bohurira aho ibirori bizobera ” St. August Stadium ” ikindi naco UBM News twobibutsa nuko murico giteramo haza kuba harimwo n’abandi baririmvyi bibihangange dufise mu Burundi.

diamond tz

Diamond Platnumz mukwerekana umunezero afise wukuntu yakiriwe yagize ati : BURUNDI! you guys are amazing… see you tomorrow at St. August StadiuM…

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments