Diamond Platnumz na Zari the Boss Lady bamaze kwibaruka umwana w’ umukobwa

0

Diamond Platnumz akaba ari umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania ubu amaze kumenyekana mu mugabane wose wa Afrika.

0ff8033cf9437c213ee13937b1c4c455

Akaba asanzwe ari mu Rukundo na Zari the Boss Lady asanzwe ari umuvyeyi w’ abana batatu bo k’ uwundi mugabo, akaba akomoka mu gihugu ca Ouganda.

11356036_1437791433218130_2114438773_n

Mu gaturuturu k’ uno musi wa kane igenekerezo rya 06/08/2015 niho Diamond na Zari bibarutse ikibondo. Mbese bakaba bashize ahabona izina ry’ umwana wabo w’ umukobwa ariryo PRINCESS TIFAH inyuma yaho bashize kumugaragaro amazina menshi.