UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Diamond Platnumz agiye gufungwa imyaka 3 kubera rino kosa rikomeye yakoze hano.

UBM News ads

Umuririmvyi Diamond Platnumz biravugwa ko yoba agiye gufungwa imyaka iri hagati y’ibiri canke 3 kubera icaha yagirizwa cokuririmba yambaye impzu z’igisirikare ataburenganzira abifitiye.

Amakuru dukesha ikinyamakuru Global Publishers aramenyesha ko Diamond Platnmuz yatawe mumvuto mugihe avuye mugiteramo ca Fiesta ari kumwe n’umurwi wa Wasafi usanzwe umutambira hamwe na Manager wiwe yitwa Babu Tale. Yaciye ataha mugabo ubu aguma akurikiranwa kubera ivyo yagirizwa . Biriko biravugwa mugihugu ca Tanzaniya ko uyomusore aramutswe afatiwe ibihano ifugwa ryiwe rishobora kuba ari iry’imyaka 2 canke 3 bivanye n’ico caha yagirizwa .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments