Denise Nkurunziza : Imana yambwiye ko Petero Nkurunziza ategerezwa kuguma kubutegetsi ” Umviriza hano Audio

0

Madamu-Nkurunziza

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise Nkurunziza aravuga ivyo Imana yamweretse,aho avuga ko Imana yamweretse yuko Umukuru w’igihugu ” Petero Nkurunziza ” ategerezwa gutwara u Burundi kandi ko Imana ariyo yabimuteguriye” umviriza hano intahe aheruka gushinga imara 44 min