Davy Carmel yashize ahabona amasanamu y’indirimbo ”Abahizi”yakoranye na Big Zoe

0

Uwahoze ari umumenyeshamakuru w’insamirizi Bonesha Fm ubu akaba akorera imboneshakure y’igihugu c’urwanda ariwe Davy Carmel Ingabire yashize ahabona amasanamu y’indirimbo yiwe ”Abahizi”,indirimbo yakoranye n’umuririmvyi Big Zoe,amasanamu agaragaramwo abaririmvyi batandukanye b’abarundi nka:Christian Ntinteretse muzi yigeze gutahukana ihiganwa primusic,umuririmvyi B-Face hamwe n’umumenyeshamakuru yigeze gukorera insamirizi R Fm ariwe Alex Keza
Davy Carmel akaba yasohoye amasanamu ameze neza cane,amasanamu ari ku rwego mpuzamakungu
Abahizi

Yarabe hano: