Umuririmvyi akunzwe ndetse yamamaye cane hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Daddy Face ” ubu aheruka gukora clip Video y’indirimbo nshasha yise ” FOREVER ” ubwo muminsi itari mike izoba iri kumugaragaro.
Mu rwego rwo gushaka kumenya umunsi azoyishirira kumugaragaro, Ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gisomwa n’abarundi benshi gikorera muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ” twashimye kuganira nuno muririmvyi, aho mukiganiro yaduhaye yavuze ko video baza bararangije kuyi ”shootinga ” ubwo nko mundwi 3 izoba yamaze kubageraho ikindi naco ngo nuko abantu boyirindirana igishika kuko ngo izoza idasanzwe.
Daddy Face yagize ati : Video twayirangije kuyi shootinga ejo but nko mundwi 3 izobayamaze kubashikira aba fans banje, Iconobabwira rero nuko mwoyirindirana igishika cinshi kuko iyo video ije itavyorosha Kandi izoba itandukanye nama video yose nari maze gukora ” Unomwaka kabisa sinicaye kuko ndiko ndarwiza ibikorwa ikindi naco nuko ino ndirimbo ariyo naririmbiye umukunzi wanje na niwe ari umu video model wiyo ndirimbo.
Recent Comments