Cypro Light:Ubu ngiye kwitwa Umuco w’isi

0

Umuririmvyi Cypro Light ahejeje kwiyita umuco w’isi bikaba vyatangaje beshi aha nimugihe bivurwa ko imyiteguro ari myishi yo gukora amasanamu y’indirimbo yiwe biboneka ko izoba itoroshe kuko bivurwa ko ishobora gutwara imiriyoni zigera kuri mirongo ibiri z’amafaranga y’amarundi bikaba bitari bimenyerewe mu burundi,ayo masanamu akaba azokorwa n’umuhinyanyuzi azoba avuye mu gihugu ca Tunisia ariko akaba azokwifadikanya n’abahinyanyuzi ba hano mu gihugu c’uburundi nkuko amakuru dukesha uyo muririmvyi Cypro light
cypro
Nkuko rero amakuru dukesha uyo muririmvyi avugako wabonye ko urwego agezeko ategerezwa kuyita Umuco w’isi

Tworangiza tubamenyesha ko cypro light ari umuririmvyi w’umurundi azwi cane mu gukoresha uburyo ngurukanabumenyi